Uyu muririmvyi wo muri Afrika y'epfo yahuye n'ikibazo co guhohoterwa
Uyu muririmvyi wo muri Afrika y'epfo yahuye n'ikibazo co guhohoterwa
Zahara, umuririmvyi azwi muri Afrika y'epfo, avuga ko yashikiwe ubwiwe n'ihohoterwa rikorerwa abagore muri ico gihugu.
Muri iyi ndwi yahariwe kurwanya amabi akorerwa abapfasoni, aratuyagira ku vyamushikiye hamwe n'ingene afasha ngo ntibishikire abandi.