Ikiganiro ca nyuma hagati ya Trump na Biden

Ikiganiro ca kabiri carasibijwe kuko Trump yarwaye. Ubu, naho harimwo ubwitonzi, bari bagabishijwe k'ubuhinga bukoreshwa ngo basoneranire, mugabo bashize ahabona ibitari bike.

Na Audace Machado