“Abantu ntibashobora kungana n’imbere ya ‘Coronavirus’”

Uko abantu bandura, barwara, bakavurwa, n'uko bakira, abahinga basigura ko binafatiye ku rugero rw'iterambere mw'isi.