BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro

Video, Ingaruka z’amabere y’amavyimbano, Umwanya bimara 2,44

Abahinga basigura nk’ingene abayavyimbishije bakunze kubarwa ubwa kabiri. Barasigura n’izindi ngaruka abenshi batamenya kur'aya mabere akunze kwitwa ‘amaterano’.

  • Perezida wa Barcelona yeguye

    Josep Maria Bartomeu yeguye, ariko avuga ko yemeye ubusabe bwuko Barcelona yitabira Super League y'i Burayi.

  • 'Ngiye kurega mu nkiko abantangajeho ibinyoma' – Pogba

    Uyu mukinnyi wo hagati wa Manchester United n'uw'ikipe y'igihugu y'Ubufaransa, avuga ko agiye kurega mu nkiko kubera amakuru y'"ibinyoma uko yakabaye yose" avuga ko agiye kureka gukinira Ubufaransa.

  • Messi yashobora kurushaho mu mikinire – Koeman

    Umutoza Ronald Koeman wa Barcelona avuga ko imikinire ya Lionel Messi "ishobora kuba myiza kurushaho", mu gihe uyu munsi iyi kipe itangira guhatanira Champions League y'uyu mwaka.

  • Kaze yahawe kaze muri Young Africans

    Ku myaka 40, ni umwe mu batoza b'Abarundi bakiri batoya agiye kumenyereza umwe mu migwi izwi cane mu karere k'ibiyaga binini.